watermark logo

Up next

El Pro - Tuzogumana (Official Visualiser)

1 Views· 02/13/24
Boina123
Boina123
2 Subscribers
2
In Music

Produced by Ivan Pro
Directed by HG Created

follow me on
Instagram : https://instagram.com/el_pro_burundi
Facebook : https://www.facebook.com/profile.php
Tiktok : https://vm.tiktok.com/ZMjwsHwkm/
Snap chat : https://www.snapchat.com/add/elproingabire

| Lyrics

Twahuriye muvyiza amatar'asayangana wanziye nkurukiza
Ese tuzogumana nico kibazo kiza
Bae nico kibazo kwaka kanya nshaka kukubaza
.Ese unsanze atanurwasha kumufuko Tuzogumana?
Usanze ntokurihirigisuko Tuzogumana?
Usanze mar'isogonda nkinkoko Tuzogumana?
Cank'iyo saha nyen'uzocunyihakana?
.unkundiramajambo meza nkubarira arikushitse munzu siyo nzokugaburira
Iyurikumwe nanje ubon'isi ari paradizo
Utazi kubukene bwangizimbw'itagirumurizo
.usanz'i gettho yanj'idasakaye Tuzogumana?
Usanzabana hanze naravyaye Tuzogumana?
Usanze wamugera ndawurwaye Tuzogumana?
Cank'iyo saha nyen'uzocunyihakana
.mfis'amakenga menshi
Yo kugumana nawe
Kuko duhura ntagase nkaguhisha ko ngowe
Bury'uzonyita chérie umusi waburaye?
Ntavyera ngo de nshaka kumenyahongwaye.
.nkubu bameneye ibanga abajama Tuzogumana?
Ukumva ko nahora ndigisuma Tuzogumana?
Ciba impene kigashora inyama Tuzogumana?
Canke iyo saha nyene uzoca unyihakana?
.ibaze usanze ntunz'iboka imwe nkiniga
Ntuzivyubukene wocugirango ndaroga
Iyuvuze kunkunda
Nugushika ryari ntegurumutima wanj'ugiye sinze nryimihari
.ibaze nkubu usanze ngwaye munda Tuzogumana?
Ingwarituma nsoba mugitanda Tuzogumana?
Ibaze nryamye nkagona nkihonda Tuzogumana?
Cank'iyo saha nyen'uzocunyihakana
.mfis'ibibazo vyinshi mumutima.
Mfis'ingorane nyishi naciyemwo mubuzima
Ndarwana njimber'isikansubizinyuma
Mbwira nawe nimbutazohavunyigarama
.nibakubwira kera ko nasara Tuzogumana?
Nagenda mpeneribarabara Tuzogumana?
Amano yuzuy'ibinyamugera Tuzogumana?
Cank'iyo saha nyen'uzocunyihakana?
.unkundutazi kahise kanje hanini
Haraho nibaza ko nzohava nkuterisoni
Umpebunsige nzwiragira nkicana cinyoni
Utumivyurukundo ndabifata nkumugani
.ndakuraba uvuze nguzonkunda ukwondi kwose
Iyo naje kugusomesha mumodoka y'umuboss
Nari nkikuresha Ubu narakuronse
Kukugumana niho ntazahazov'iyo chance
.Ko ntahijor'iyo nanyoyihoro Tuzogumana?
Unsomyugasanga nukubugoro Tuzogumana?
Nkinyipica nkaja mwibohero Tuzogumana?
Cank'iyo saha nyen'uzocunyihakana?
.Nivyo ndasenga ariko ndakinibisanga
Budasigura yuko nzogusiga mugahinga
Nshaka wiyumvire ntupfe kunyishura
Ntupfe kunyemerer'ivyutazigera unkorera
.mpinduy'izina ryanje nkitwa dede Tuzogumana?
Munda nkaza ndambaribidede Tuzogumana?
Kugira nryinoti yaba pédé Tuzogumana?
Cank'iyo saha nyen'uzocunyihakana?
.Ndi Bad boy ariko nshaka kwubaka
Umutima wanje s'ibuye ninyam'urakomereka
Ugar'amaso gato ndafise ico nkwereka
Tuzoguman'emera nimbutazigeruhemuka

#Mambaaaa

Show more


 0 Comments sort   Sort By


Up next