El Pro - Twubahane (Official Music Video)
Director : HG Created
Producer : X-fecta
Stylist : Lumba boy
Location : Kamenge , Kinama & Carama
Special Thanks : Sogo & Alain Claude
Lyrics
..........
El Pro , Mamba 🐍 , El pistola 🔫
Ko je ntakuvugisha uriko unwa ama fanta gute ungirira inzigo nsomye iceri?
-jewe ndeka mfise ihoro zanje man kurya nawe urya ihoro zawe
Ngw'agatabi 🚬 gaterigituntu mafu n'inyama zitera goutte
-jewe ndeka mfise ihoro zanje man kurya nawe urya ihoro zawe
Mimi naishi ki vyangu (Twubahane)
weye unaishi ki vyako (Twubahane)
Kila mtu namaisha yake (Twubahane) Ntitumenyerane
Ng'uryoshe uburyoshe uburyohewe
nry'ihoro ngowe ngo mbeho nkuwuhiriwe
Ng'uryoshe uburyoshe uburyohewe
ndakubititse ndakenye ariko ndaberewe
Mimi naishi ki vyangu (Twubahane)
weye unaishi ki vyako (Twubahane)
Kila mtu namaisha yake (Twubahane)
Tumenyane ntitumenyerane
Ngw'abingidi bararenze none agire anzize gukunda akademu konze
-jewe ndeka mfise ihoro zanje man kurya nawe urya ihoro zawe
-Ngo nd'umubono sinzi kuresha ndahonga
kuki nivuna nkina nshobora ku betinga ?
Jewe ndeka mfise ihoro zanje man kurya nawe urya ihoro zawe
Mimi naishi kivyangu (Twubahane)
weye unaishi kivyako (Twubahane)
Kila mtu namaisha yake (Twubahane)
Ntitumenyerane
ng'uryoshe uburyoshe uburyohewe
nry'ihoro ngowe ngo mbeho nkuwuhiriwe
ng'uryoshe uburyoshe uburyohewe
Ndakubititse ndakenye ariko ndaberewe
Mimi naishi kivyangu (Twubahane)
weye unaishi ki vyako (Twubahane)
Kila mtu namaisha yake (Twubahane)
Tumenyane ntitumenyerane
Ngwi slay queen iryana amahera nuko utarahura n'umukizwa akuryumutima
-jewe ndeka mfise ihoro zanje man kurya nawe urya ihoro zawe
Bella ava mungagala akunda i sauce y'intore umwana wo mwi cité acambuza gusuma ubunure?
-jewe ndeka mfise ihoro zanje man kurya nawe urya ihoro zawe
Mimi naishi kivyangu (Twubahane)
weye unaishi ki vyako (Twubahane)
Kila mtu na maisha yake (Twubahane)
Ntitumenyerane
ng'uryoshe uburyoshe uburyohewe nry'ihoro ngowe ngo mbeho nkuwuhiriwe
Ng'uryoshe uburyoshe uburyohewe ndakubititse ndakenye ariko ndaberewe
Mimi naishi kivyangu (Twubahane )
weye unaishi ki vyako (Twubahane)
Kila mtu namaisha yake (Twubahane)
Tumenyane ntitumenyerane.
...