watermark logo

Up next

NA-WEWE/ JOACHIM N’UMWEMA ATOYE BIRAKOMEYE/Burundi-Rwanda-Tanzanie Film

1 Views· 02/09/24
Boina123
Boina123
2 Subscribers
2

Iyi Film iratwigisha ko twese tuvuka kumwe kandi tukavuka tungana.
Ntanumwe ahitamwo ukwavuka ameze, kwavuga ari umuhungu cank umukobwa,ntawuhiyamwo ahavukira, twese twisanga aho twavukiye tutabihisemwo.
Rero ba nyamwema n’abantu nk’abandi, tubakunde tububahe tubabone nk’abandi bantu mukibano.

Niwayiraba ntiwibagire kugira subscribe na Share kugira yigishe beshi.
Mufise izo mubaza canke muterera hamagara cank ubutuma bugufi kuri +257 61 02 93 93
Film by Fresh Studio Filmz

Doctor: Joachim smith
Ass Video Director: The Aaron’s FC
Cameraman: Gedeon Ndereyimana
Story by : Joachim smith
Sound:Makanyaga

Show more


 0 Comments sort   Sort By


Up next