watermark logo

Up next

Natacha Ft Jaivah - AKANYUMA (Official Video)

0 Views· 02/13/24
Boina123
Boina123
2 Subscribers
2
In Music

Akanyuma" Is Out Now:
https://youtu.be/Ym7PQBh9EjU

• Digital Platforms
https://bfan.link/aka-nyuma-natacha-ft-jaivah%0A

Video Director: Msafiri Travels
The song was produced by S2Kizzy.

Music video by Natacha Javiah performing YOTE.
#natacha #jaivah #akanyuma

© 2024 Natacha

Lyrics
AKANYUMA By NATACHA Ft JAIVAH

*Verse1:*
Nawe, kundaba cane ?
Ukibagira ibibazo vyawe

Nawe, kutovye none?
Urasohoka ugakavya cane

Nawe, kugara cane?
Kwiparatura, nivyo vyawe

Nawe, Kutesa none?
Ingorane nimwe Wishima cane

*Pre cho:*
Ntaco murabona
Mbuze amababa noguruka
Mukabona mpita
Akayaga kagahita

Ndabasororera
Tugatagata tugaryoherwa
Mwagera i muhira
Udusaku ngo ndasesagura

*Chorus*:
Ako kanyuma niko kabi umuntu wanje
Ako kanyuma niko kabi (x4)

Ako kanyuma Akanyuma Akanyuma niko kabi (x2)


*Verse 2*:
Sasa ukinisema vibaya
Utapata nini
Halafu ukiniona ugwaya
Unagwaya nini

esikhundleni sokuba umelane nami
Lalela vele uhlanganyele nami x2

Hebu niondolee cap
Nitolee cap
Acha kufukua fukua mambo yangu
Hebu Niondolee cap

Hebu niondolee cap
Nitolee cap
Watu kama nyinyi Cuba mnabanduka
Hebu niondolee cap

*Pre cho:*
Ntaco murabona
Mbuze amababa noguruka
Mukabona mpita
Akayaga kagahita

Ndabasororera
Tugatagata tugaryoherwa
Mwagera i muhira
Udusaku ngo ndasesagura

*Chorus*:
Ako kanyuma niko kabi umuntu wanje
Ako kanyuma niko kabi (x4)

Ako kanyuma Akanyuma Akanyuma niko kabi (x2)

Show more


 0 Comments sort   Sort By


Up next