watermark logo

Up next

Ntawundi By Fabrice Nzeyimana | HM Africa Kirundi version burundi gospel music

0 Views· 11/15/23
Boina123
Boina123
2 Subscribers
2
In Music

If you love our music and would like to support us financially consider joining our channel by clicking here https://www.youtube.com/channe....l/UClKPPez2fmxpCmD6x
Or send your donation via Paypal using https://paypal.me/hmafrica?country.x=US&locale.x=en_US Ntawundi By Fabrice Nzeyimana | HM Africa Kirundi version burundi gospel music
#Ntawundi is a is a praise song by Heavenly Melodies #Africa written by Fabrice Nzeyimana. If you are looking for best gospel songs from #Burundi or #Rwanda this one will do.

LYRICS

Bantu mwese bo mwisi
Muze dushime Uhoraho
Tumuririmbire twese
N’impundu z’umunezero

Kubw’ivyo yakoze
N’ivyatarakora
Tudugije ishimwe

Ntawundi nohungirako
Ntawundi azi ivyanje vyose
Ntawundi yombera inyishu
Ni wewe Yesu mukiza

Ni Wewe uzi ibinanije
Niwuzi ibibazo mfise
Kandi muntenge nke zanje
Yesu ni Wewe nje ngana

Ntawundi nohungirako
Ntawundi azi ivyanje vyose
Ntawundi yombera inyishu
Ni wewe Yesu mukiza

Niwe wivugiye
Ngo abarushe bose
N'abaremerewe
Ni muze kuri Je
Ndabaruhura
None Mwami ndaje

Ntawundi nohungirako
Ntawundi azi ivyanje vyose
Ntawundi yombera inyishu
Ni wewe Yesu mukiza



FOLLOW THIS LINK FOR MORE SONGS FROM THIS ALBUM: https://www.youtube.com/watch?v=ImqQt...

Show more


 0 Comments sort   Sort By


Up next