watermark logo

Up next

THE WAYS (Part 1 ) : [INZIRA part1] Burundian Movie

0 Views· 02/16/24
Boina123
Boina123
2 Subscribers
2

•Ino Film #theways ishingiye kubuzima dusanzwe tubayemwo bwa misi yose. Aho tuzi ko iyo ukoze iciza ugisanga imbere kandi n'iko kuri, ariko iyo ukoze ikibi kiraguherekeza, Kora ineza wirenganire.
•Ntukiganyire ngo nuko ubona ubuzima bwanse ngo #Inzira imwe canke zibiri ziyugaye, ntugire ubwoba, wewe izere Imana kuko #Inzira z'Imana zirenga igihumbi.

• Ese hari uwayizeye yigeze imutererana? ntugire ubwoba kuko Ivuga iti: Nimbere yuko ikibumbira Munda ya nyoko wawe yo yarikuzi none wogira ubwoba bwiki? ifise Inzira zayo ikoramwo ibintu vyayo.

• Ino Film ni film nziza cane yigisha, Ihanura, iteye agahinda niwayibona rero uze wibuke kuyisangiza nabandi.
• Ibibazo navyo Imana yo niyo izi Inzira izobinyuzamwo kugira bigende neza yizere gusa.

Directed : Jean Robert Estime
Edited : Mo
Story : Arsene Wizard Mzizi
Music : Dj Pharès Pro
Located : Friko

Like, Share and Subscribe uzoba ukoze muri bwabumwe nyene.

#africanmovies #burundianmovies #bongomovies

Show more


 0 Comments sort   Sort By


Up next