Film & Animation

Sub Category

Boina123
0 Views · 8 months ago

Iyi film Impumyi ishingiye kubintu haniniya vyabaye rero ntimubifate nkibikino wewe uriko urayiraba ahubwo ikwigishe kandi utahureko ubuzima buhinduka kumwanya kumwanya ariko igihe ugikomeye wame wibuka gushimira Iyakuremye yoyo itanga ubuzima amahoro nibindi vyishi

Boina123
0 Views · 8 months ago

Kirazira Guhenda Imana twigira ngo turasenga Mugabo twuzuranye ishari n'Inzigo Mumitima yacu.
Ingero ugereramwo mugenzawe niyo nawe bazokugereramwo.
IGA GUKORA ICIZA ukiri kwisi.

Nubu turacabasaba, iyi Film🎬 niwaba wayikunze Ntiwibagire kugira #Subscribe nimba utarayikora #Like
unatubwire muri #Comment uko film wayibonye n'uko wayakiriye.
Murakoze👏

#62JulyFilms

Boina123
2 Views · 8 months ago

Film by NIYIBITANGA Aaron.
mufise ico mubaza cank mwipfuza mushaka guterera mwitwandikira kuri. @freshtalenttv1@gmail.com
produced by Fresh studio
Casting by 3FA Film
Director: Libert Iradukunda.

Boina123
0 Views · 8 months ago

hello mwari beshi ariko imbabazi igikogwa cabashikiriye

Boina123
0 Views · 8 months ago

Full MOVIE FILM YIGISHA// INZIRA IYOVYA // SAMMY NA KANYANA INO FILM IRATEY IKIGONGW BURUNDI RWANDA

Boina123
0 Views · 8 months ago

Muri make, iyi reresi "Umutwe w’inkuba" yerekeye umwana yakijijwe n'ukaba yarize Kung-Fu aho yari mu bibazo mu gihe bashaka kumugandagura bamuziza amatungo y'umuryango wiwe wamusize ku ngoyi we na mushikiwe.

Boina123
0 Views · 8 months ago

FULL MOVIE // IGIRANEZA// FILM YIGISHA ITANGA IMPANURO SAMY NUMUGORE WIW IVYO BAKOREW😭 BURUNDI RWAND

Boina123
0 Views · 8 months ago

Mubuzima kenshi abantu dukunze gufata #INGINGO twihuse 🤒muruko kwihuta kwacu kenshi gashoboka bituviramwo kubabara no kwicuza 😞.Film #INGINGO ije kutwigisha uburyo tungomba kwitondera #INGINGO dufata mubuzima kuko #INGINGO dufata nizo zitugira twebwe abo turibo✍✍

# MOF #+257 61752315

Boina123
1 Views · 8 months ago

FULL FILM// INZIRA IYOVYA// INO FILM IRIGISHA MUNGO ABAGORE NKABA BARUZUY BURUNDI RWANDA EAST AFRICA

Boina123
0 Views · 8 months ago

Tel: 0780503525 Kwamamaza or other info you want.
email: rockytvshow1@gmail.com

ORIGINAL EPASON ENTERTAINMENT FILM AND SERIES.

© Epason Entertainment Ltd™ 2023 All Right Reserved

WARNING: unauthorized duplication is a violation of applicable laws

Made in Rwanda

We hope you enjoyed this one please subscribe more greater things are coming up on your screen very soon.

This Series movie strictly for education purpose and entertainment purpose.

Boina123
0 Views · 8 months ago

Ntimwibagire gukora Subscribe kuri Channel yacu Kugira Mudushigikire. murakoze

Boina123
0 Views · 8 months ago

emeza subscribe uzogume wironkera bishasha #film umuziki nibindi vyinshi mu burundi bitandukanye #constance_niyo whatsapp +25769469419

Boina123
0 Views · 8 months ago

Hello famil ngiyi ya FILM mwari mutegereje muri beshi tubasabe gukora sabonne share comment maze dukomeze gusangira UBUTUMWA biciye muri Cinema

iyi Film irakwigisha uko ugiye kumenya gutwara ibintu udahubutse ubitwara buhoro buhoro buhoro maze wirinde guhubuka cane muvyo ugiye gukora

Boina123
0 Views · 8 months ago

Film aho vyapfiriye ishobora kugira ayandi mazina menshi kandi asigura kimwe, aho vyaturikiye,aho vyajanjagurikiye,aho vyamomokeye nawe wobandanya utora ayandi mazina. mukuyirorera ndetse unayisangiza nabandi kora subscribe share and comment.

Boina123
0 Views · 8 months ago

Ntimwibagire gukora Subscribe kuri Channel yacu Kugira Mudushigikire. murakoze

Boina123
0 Views · 8 months ago

#BurundianMovies #62JulyFilms #Africanmovies

Kirazira Guhohotera Umukenyezi witwaje ngo uri nake canke ngo ufise ipete
Amategeko arahari azo Guhana
Ntawuri musi canke hejuru y'amateko.
kandi Kirazira kwihanira ni nayo mpamvu Amategeko ahari.

#62JulyFilms🎬




Showing 151 out of 152