Film & Animation

Sub Category

Boina123
1 Views · 8 months ago

Ntucikwe na film Umukeba ufise icubaza 69469419
Tugusaba gukora SUBSCRIBE na NOTIFICATION Kugira ubandanye ubona video zacu na cane filmn n'indirimbo zitandukanye zo guhimbaza Imana
#BurundianMovies

Boina123
1 Views · 8 months ago

FILM AMAHITAMWO MABI , ni Film mwarimurindiranye igishika Kandi ni Film Irimwo inyigisho , tugusabe uyihe n' abandi , murakoze .


#Mr Sammy Officiel
#Fanny lavine
#Rukundo tv
#Mugisha
#Nsoro the hero
#Inkingi tv
#Inkinzo tv
#Mashariki tv
#Afrimax tv
#abel
#Abel nduwayo
#Ihuriro tv
#Erico tv
#bollywood
#Burwood tv
#Diamond
#Gasikiri
#Nyaxo Comedy
#Pattyno Comedy
#Shema pattyno
#Comeback
#Gasore
#Freefire
#Fresh tv
#Rukundo news
#Brenda
#Rocky kirabiranya
#Mwanafunzi
#Agasobanuye
#Film
#Burundi
#Burundinews
#NARIHUSE SÉRIE
#Rwanda
#Rwandagospel
#Rwandanmusic
#RWANDA documentaire
#Rwandacomedy
#Rwanda Films
#Burundian films
#tanzanianmusic
#Tanzania FILMS
#urugendotv

Boina123
0 Views · 8 months ago

FULL MOVIE IFUHE RY'UMUGORE FILM YOGISHA MURUGO BURUNDI RWANDA TANZANIA FILM 68 28 92 38

Boina123
0 Views · 8 months ago

UBUZIMA FILM IS AN EAST AFRICAN MOVE PRODUCED IN JAYC PRODUCTIONS

Boina123
0 Views · 8 months ago

Mugisha

Boina123
0 Views · 8 months ago

Kwicuza full Burundian film


#Mr Sammy Officiel
#Fanny lavine
#Rukundo tv
#Mugisha
#Nsoro the hero
#Inkingi tv
#Inkinzo tv
#Mashariki tv
#Afrimax tv
#abel
#Abel nduwayo
#Ihuriro tv
#Erico tv
#bollywood
#Burwood tv
#Diamond
#Gasikiri
#Nyaxo Comedy
#Pattyno Comedy
#Shema pattyno
#Comeback
#Gasore
#Freefire
#Fresh tv
#Rukundo news
#Brenda
#Rocky kirabiranya
#Mwanafunzi
#Agasobanuye
#Film
#Burundi
#Burundinews
#NARIHUSE SÉRIE
#Rwanda
#Rwandagospel
#Rwandanmusic
#RWANDA documentaire
#Rwandacomedy
#Rwanda Films
#Burundian films
#tanzanianmusic
#Tanzania FILMS
#urugendotv

Boina123
0 Views · 8 months ago

FULL FILM/ DELICIA//BURUNDI FILM YIGISHA ITEYE AGAHINDA RAB IGIHAN GIKWIRIY KUMUNT ACINYUM UWUND INO FILM IRIGISHA NACANE CANE MUNGO

Boina123
0 Views · 8 months ago

Umwansi ni Film nshasha ya Sabbas Gospel Films barikumwe na Lavine uza kwiga vyinshi kuriyo.
#Sabbas_and_lavine #Umwansi
Contact whatsap +25775546278
Ig and Fb Sabbas Nkurunziza

Boina123
0 Views · 8 months ago

#GNFILMS ibazaniye Serie nshasha ico umuntu abiba nico yimbura ico aronse bacita #Ingaruka.

Contact +25769964660
Facebook Sabbas Nkurunziza
Instagram Sabbas Nkurunziza

#GNFILMS #ingaruka_series
#Burundi_ft_Rwanda

Boina123
0 Views · 8 months ago

THIS IS BURUNDIAN ACTION PRO MAX WITHOUT BUDGET
Follow us:on Facebook
Follow us:Instagram
Follow us:Twitter
Contact us on:Whatsapp:+257 66 125 893
COMMENT/LIKE/SHARE
Please Subscribe our channel for more videos
#COMMENT #SUBSCRIBE #LIKE&SHARE

Boina123
0 Views · 8 months ago

UMUZI W'UMUSARABA FULL MOVIE FILM YIGISHA ITANGAJ TUTARI TUMENYEREY MUBURUNDI RWANDA TANZANI BURUNDI

Boina123
0 Views · 8 months ago

Ntucikwe na film IBIHE utahure vyinshi umwana w'umuntu agenda acamwo ugasanga bigenda bihindura ubuzima bwawe mbere agata n'isezerano ry'Imana ariko uko bigenda kwose Imana iba igufiseko umugambi.

Boina123
0 Views · 8 months ago

Muri bwabumwe buturanga, Kora Subsdcribe uciye hano
https://www.youtube.com/channel/

#abel #Rwandanmusic #Mwanafunzi
Kwicuza full Burundian film


#Mr Sammy Officiel
#Fanny lavine
#Rukundo tv
#Mugisha
#Nsoro the hero
#Inkingi tv
#Inkinzo tv
#Mashariki tv
#Afrimax tv
#abel
#Abel nduwayo
#Ihuriro tv
#Erico tv
#bollywood
#Burwood tv
#Diamond
#Gasikiri
#Nyaxo Comedy
#Pattyno Comedy
#Shema pattyno
#Comeback
#Gasore
#Freefire
#Fresh tv
#Rukundo news
#Brenda
#Rocky kirabiranya
#Mwanafunzi
#Agasobanuye
#Film
#Burundi
#Burundinews
#NARIHUSE SÉRIE
#Rwanda
#Rwandagospel
#Rwandanmusic
#RWANDA documentaire
#Rwandacomedy
#Rwanda Films
#Burundian films
#tanzanianmusic
#Tanzania FILMS
#urugendotv

Boina123
0 Views · 8 months ago

haragerigih biba ngombwa ugakor uvyutokoze

Boina123
0 Views · 8 months ago

•Ino Film #theways ishingiye kubuzima dusanzwe tubayemwo bwa misi yose. Aho tuzi ko iyo ukoze iciza ugisanga imbere kandi n'iko kuri, ariko iyo ukoze ikibi kiraguherekeza, Kora ineza wirenganire.
•Ntukiganyire ngo nuko ubona ubuzima bwanse ngo #Inzira imwe canke zibiri ziyugaye, ntugire ubwoba, wewe izere Imana kuko #Inzira z'Imana zirenga igihumbi.

• Ese hari uwayizeye yigeze imutererana? ntugire ubwoba kuko Ivuga iti: Nimbere yuko ikibumbira Munda ya nyoko wawe yo yarikuzi none wogira ubwoba bwiki? ifise Inzira zayo ikoramwo ibintu vyayo.

• Ino Film ni film nziza cane yigisha, Ihanura, iteye agahinda niwayibona rero uze wibuke kuyisangiza nabandi.
• Ibibazo navyo Imana yo niyo izi Inzira izobinyuzamwo kugira bigende neza yizere gusa.

Directed : Jean Robert Estime
Edited : Mo
Story : Arsene Wizard Mzizi
Music : Dj Pharès Pro
Located : Friko

Like, Share and Subscribe uzoba ukoze muri bwabumwe nyene.

#africanmovies #burundianmovies #bongomovies

Boina123
0 Views · 8 months ago

•Burundian Movies and Talents (BMT mumpfunyapfunyo) niwo watunganije iresi INTORE NTINDI
Intumbero yambere yiyi reresi ni yoguhimiriza abantu bafise ubushobozi baba m’uburundi no mumahanga kugarukira kubwoko bwab'asangwabutaka bomuntara zose zigize igihugu cacu,na cane cane kubaronsa ubuhinga n’ubumenyi vyofasha guhingura neza ibijanye nimyuga yabo kavukire.

•Iyi rersi ihimiriza abanyamitahe ni gihugu cacu eka nababa hanze yigihugu kugarukira kubuhinga no kwiterambere ryabasangwabutaka. kandi ko bakwiye kubaronsa abahinga bashoboye kubungura ubwenge noguteza imbere izo mpano kugira

•Igice ca mbere c’iyi reresi kirangira twerekanye uburyo hotorwa umuti mwiterambere ryabasangwa butaka hifashishijwe impano bafise.

•Igice ca kabiri c’iyi reresi naco gihagaze kungo nimiryango aho ushobora gusanga ingo nyishi zisambuka kubara akantu gato kandi abantu bakunze kwita ibisanzwe. Akokabazo karakura kakavyara ibindi bibazo bikomeye bikaviramwo gusambuka kwingo.

•Abubakanye bari bakwiye kwama basuzuma utugorane duto duto bakaturwanya bakitubona kugira bikingire, bongere bakingire ingo zabo.

•Dufise icizere gikomeye cuko iyi reresi izoshika kure .

twitezeko hazoba ihinduka rikomeye mwiterambere ry’imiryango yabatwa. No guhinduka kwimiryango isanzwe ifise ibibazo bisa nivyo twashoboye kwigisha muriyi reresi.

FILM:INTÕRE NTĪNDI
DIRECTED:Amédée MANIRAKIZA
ASS:DIERECTED: Fiston HARAGIRAMUNGU
CAMERA:XRAY BAMU
EDITOR:NIJI PRO
PRODUCER:Amédée MANIRAKIZA
Contact: Email:bmtarcal@gmail.com
Facebook:BMT Buja
Téléphon:+257 76604015
+257 79265874

Boina123
0 Views · 8 months ago

FULL MOVIE //ALINA //INO FILM UFISE AMOSOZ YOHAFI UZAKWISANGA WARIZE IRIGISHA CANE MUBUZIMA BUSANZWE BURUNDI RWANDA TANZANIE 2024 UFISE ICUBAZ 25768289238

Boina123
0 Views · 8 months ago

This movies is for patriots especially burundians:Stand up for our lands

IBIBERO VY'UMUVYEYI

D.O.P:NYAMA
DIRECTOR:Mireille NDAYISHIMIYE
Ass.DIRECTOR:Justin
Producer:B.K.F
Ass.Camera:Topson
Ex.Producer:Mireille NDAYISHIMIYE
Colorist:NYAMA

For more infos:
E-mail:mimimireilleofficial@gmail.com
Tel:+257 61 75 23 15
+257 61 99 90 59
Facebook:Mimi Mireille
Instagram:Mimi mireille

#MiMi #Ibiberovyumuvyeyi #2023




Showing 153 out of 154